Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro  |  Ruhuhuma 2016

29 Ruhuhuma–6 Ntwarante

ESITERI 1-5

29 Ruhuhuma–6 Ntwarante
  • Ururirimbo rwa 86 n’isengesho

  • Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) Umwamamaji nashikirize agatabu Niwumvirize Imana. Nacire inzira isubirayo.

  • Usubiyeyo: (Imin. 4 canke idashika) Nihagirwe umwerekano aho umwamamaji asubira kugendera uwakiriye Niwumvirize Imana, bace baganira ku rup. 2-3. Nacire inzira ikiyago kizokurikira.

  • Inyigisho: (Imin. 6 canke idashika) Nihagirwe umwerekano aho umwamamaji ayobora inyigisho akoresheje ibiri ku rup. 4-5 mu gatabu Niwumvirize Imana maze ubeho ibihe bidahera. Igihe bahura ari bwo bwa mbere yarakiriye agatabu Niwumvirize Imana. (km 7/12 3 ing. 4)

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 71

  • Ibikenewe iwanyu: (Imin. 10)

  • Woba uriko urungukira kw’ikoraniro rishasha no ku gatabu k’ikoraniro?: (Imin. 5) Guhanahana ijambo. Nusabe abumviriza bavuge ukuntu bungukiye kuri iryo koraniro rishasha. Nuremeshe bose kuza bararitegura neza gutyo bashobore kuryungukirako cane.

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: ia ikig. 10 ing. 1-11, n’uruzitiro “Rwa ruzuba rwatera mu gihe ca Eliya rwamaze ikiringo kingana gute?” (Imin. 30)

  • Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 149 n’isengesho