Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro  |  Ruhuhuma 2016

 UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | NEHEMIYA 12-13

Ivyigwa ngirakamaro dusanga mu gitabu ca Nehemiya

Ivyigwa ngirakamaro dusanga mu gitabu ca Nehemiya

Nehemiya yaraburaniye ugusenga kw’ukuri abigiranye umwete

13:4-9, 15-21, 23-27

  • Umuherezi mukuru Eliyashibu yaremeye kwoshwa na Tobiya, umuntu atasenga Yehova kandi yarwanya abasavyi biwe

  • Eliyashibu yahaye Tobiya ikibanza mu cumba c’uburiro c’urusengero

  • Nehemiya yaratereye hanze ibikoresho vyose vyo mu nzu ya Tobiya, arahumanura ico cumba atuma gisubira gukora ico cari kigenewe

  • Nehemiya yabandanije gukura ubuhumane bwose muri Yeruzalemu