Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

UBUZIMA BWACU N’IGIKORWA CACU—AGATABU K’IKORANIRO RUHUHUMA 2016

15-21 Ruhuhuma

NEHEMIYA 9-11

15-21 Ruhuhuma
  • Ururirimbo rwa 84 n’isengesho

  • Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Abasavyi b’Imana b’abizigirwa barashigikira intunganyo za gitewokarasi”: (Imin. 10)

    • Neh 10:28-30—Abisirayeli barasezeranye kutabirana ‘n’abantu bo mu gihugu’ (w98 1/11 16 ing. 11 canke w98-F 15/10 21 ing. 11)

    • Neh 10:32-39—Baremeye gushigikira ugusenga kw’ukuri mu mice myinshi (w98 1/11 16 ing. 11-12 canke w98-F 15/10 21 ing. 11-12)

    • Neh 11:1, 2—Barashigikiye n’umutima ukunze intunganyo idasanzwe ya gitewokarasi (w06 1/2 11 ing. 6; w98 1/11 17 ing. 13 canke w98-F 15/10 22 ing. 13)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Neh 9:19-21—Yehova yerekanye gute ko yitwararika abasavyi biwe? (w13 15/9 9 ing. 9-10)

    • Neh 9:6-38—Ni akarorero keza akahe Abalewi badusigiye mu bijanye n’isengesho? (w13 15/10 22-23 ing. 6-7)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi kinyigisha iki ku vyerekeye Yehova?

    • Ni ivyiyumviro ibihe vyo mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi nokoresha mu ndimiro?

  • Igisomwa ca Bibiliya: Neh 11:15-36 (Imin. 4 canke idashika)

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) Umwamamaji nashikirize Be maso! iriko iratangwa yisunze ikiganiro kivuga ngo “Icofasha umuryango—Kuronka abagenzi beza.” Nacire inzira isubirayo.

  • Usubiyeyo: (Imin. 4 canke idashika) Nihagirwe umwerekano aho umwamamaji asubira kugendera uwashimishijwe n’ikiganiro kivuga ngo “Icofasha umuryango—Kuronka abagenzi beza” co muri Be maso! iriko iratangwa. Nacire inzira ikiyago kizokurikira.

  • Inyigisho: (Imin. 6 canke idashika) Nihagirwe umwerekano aho umwamamaji ayobora inyigisho. (bh 32-33 ing. 13-14)

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 19

  • Ubuzima bwiza kuruta ubundi bwose”: (Imin. 15) Guhanahana ijambo. Nimuhere ku kwerekana iyo videwo. Nimuce muyaga ku bibazo biri aha hepfo. Nubaze muri make umwamamaji amaze kwubaka canke atarubaka, yakoresheje neza imyaka myinshi y’ubuto bwiwe mu gukorera cane Yehova. (1Kr 7:35) Ni imihezagiro iyihe yironkeye?

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: ia ikig. 9 ing. 1-13 (Imin. 30)

  • Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 76 n’isengesho