Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro  |  Ruhuhuma 2016

1-7 Ruhuhuma

NEHEMIYA 1-4

1-7 Ruhuhuma
  • Ururirimbo rwa 126 n’isengesho

  • Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Nehemiya yarakunda ugusenga kw’ukuri”: (Imin. 10)

    • [Nimwerekane ividewo ivuga ngo Incamake y’igitabu ca Nehemiya.]

    • Neh 1:11–2:3—Nehemiya yarahimbarwa no kubona ugusenga kw’ukuri gutera imbere (w06 1/2 9 ing. 7)

    • Neh 4:14—Nehemiya yaratsinze ivyari bigeramiye ugusenga kw’ukuri mu kuguma ahanze amaso Yehova (w06 1/2 10 ing. 3)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Neh 1:1; 2:1—“Umwaka ugira mirongo ibiri” uvugwa muri iyo mirongo woba uharurwa bafatiye ku kintu kimwe? (w06 1/2 8 ing. 5)

    • Neh 4:17, 18—Umuntu yashobora gute kwubaka akoresheje ukuboko kumwe gusa? (w06 1/2 9 ing. 1)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi kinyigisha iki ku vyerekeye Yehova?

    • Ni ivyiyumviro ibihe vyo mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi nokoresha mu ndimiro?

  • Igisomwa ca Bibiliya: Neh 3:1-14 (Imin. 4 canke idashika)

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Tegura uburyo bwo gutanguza ibiyago muri uku kwezi: (Imin. 15) Guhanahana ijambo. Ku buryo bwose bwo gutanguza ibiyago nimwerekane ividewo bijanye, muce muganira ku bintu nyamukuru mwabonye. Nimushimike ku kuntu umwamamaji yaciriye inzira isubirayo. Nuremeshe abamamaji kwitegurira uburyo bwabo bwo gutanguza ibiyago.

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 103

  • Nube urategekanya kuzokora ubutsimvyi bwo gufasha muri Ntwarante na Ndamukiza: (Imin. 15) Guhanahana ijambo. Nimwihweze ivyiyumviro bibereye vyo mu kiganiro “Nutume iki kiringo c’Icibutso kiba igiteye akanyamuneza!” (km 2/14 2) Nimushimike ku kamaro ko kwitegura hakiri kare. (Img 21:5) Nubaze ibibazo abamamaji babiri bigeze gukora ubutsimvyi bwo gufasha. Ni intambamyi izihe babwirijwe gutsinda? Ni umunezero uwuhe bironkeye?

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: ia ikig. 8 ing. 1-16 (Imin. 30)

  • Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 135 n’isengesho