Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

UBUZIMA BWACU N’IGIKORWA CACU—AGATABU K’IKORANIRO RUHUHUMA 2016

Ingene twotanguza ibiyago

Ingene twotanguza ibiyago

BE MASO!

Ikibazo: Nari ndabazaniye iki kinyamakuru giheruka gusohoka. Ehe raba iki kibazo kiri ku rupapuro rwa 2. Uvyibazako iki?

Icanditswe: Img 24:10

Ivyo wovuga: Iki kiganiro kiravuga n’ibindi ku bijanye n’iki kibazo.

BE MASO!

Ikibazo: Woba wemera ko bihambaye guhitamwo abagenzi beza?

Icanditswe: Img 13:20

Ivyo wovuga: Iki kinyamakuru kirimwo amakuru ngirakamaro yofasha umuntu kuronka abagenzi beza. [Mwereke ikiganiro kiri ku rupapuro rwa 10-11.]

NIWUMVIRIZE IMANA

Ikibazo: Woshima kuba mw’isi isa gutya? [Mwereke ku rupapuro rwa 2-3, maze urindire yishure.]

Icanditswe: Yr 29:11

Ivyo wovuga: Aka gatabu karerekana ingene twokwumviriza Imana bigatuma turonka ubuzima yadusezeraniye. [Nimuganire ibiri ku rupapuro rwa 4-5.]

ANDIKA HANO UBURYO BWAWE

Ufatiye ku burorero bwatanzwe, niwitegurire uburyo bwawe bwo gutanguza ibiyago