Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Hitamwo ururimi Ikirundi

5-11 Ruheshi

YEREMIYA 51-52

5-11 Ruheshi
  • Ururirimbo rwa 37 n’isengesho

  • Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Ijambo rya Yehova riraranguka ido n’ido”: (Imin. 10)

    • Yr 51:11, 28​—Yehova yari yaravuze abokwigaruriye Babiloni (it-2 243 ing. 5-6)

    • Yr 51:30​—Yehova yari yaravuze ko Babiloni itoshoboye gutsinda abansi boyiteye (it-2 365 ing. 6)

    • Yr 51:37, 62​—Yehova yari yaravuze ko Babiloni yocitse umusaka (it-1 252 ing. 2)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Yr 51:25​—Kubera iki Babiloni igereranywa n’“umusozi uhonya”? (it-2 340 ing. 8)

    • Yr 51:42​—Ni mu buryo ki ‘ikiyaga coduze’ kuri Babiloni? (it-2 258 ing. 2)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?

    • Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Yr 51:1-11

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Tegura uburyo bwo gutanguza ibiyago muri uku kwezi: (Imin. 15) Ikiganiro c’uguhana ijambo gishingiye ku gice kivuga ngo “Ingene twotanguza ibiyago.” Kuri buri buryo, nimwerekane akavidewo bijanye muce muganira ku vyiyumviro nyamukuru. Remesha abamamaji kwereka uwo bayaga ibiri kuri jw.org ahavuga ngo INYIGISHO ZO MURI BIBILIYA > ICOFASHA UMURYANGO.

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 152

  • Woba wizera cane ivyo Yehova yasezeranye?”: (Imin. 15) Ibibazo n’inyishu. Remesha bose kuza baraganira n’abo basangiye ukwemera ibijanye n’ubuhanuzi mu ntumbero yo gukomezanya mu kwizera.​—Rm 1:11, 12.

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) kr ikig. 13 ing. 24-32

  • Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 49 n’isengesho