Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro  |  Ruheshi 2017

 UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | EZEKIYELI 6-10

Woba uzoshirwako ikimenyetso kizotuma urokoka?

Woba uzoshirwako ikimenyetso kizotuma urokoka?

Ivyo Ezekiyeli yeretswe vyarangutse ubwa mbere igihe Yeruzalemu yatikizwa. Muri kazoza bizoranguka gute?

9:1, 2

  • Uwo mugabo afise agahembe k’irangi k’umunyamabanga agereranya Yezu Kristu

  • Abagabo batandatu bafise ibirwanisho vyo kumenagura bagereranya ingabo zo mw’ijuru ziyobowe na Kristu

9:3-7

  • Abo mw’isinzi rinini bazoshirwako ikimenyetso nibaboneka ko ari intama mu gihe ca ya makuba akomeye

Nokora iki ngo nze nshirweko ikimenyetso kizotuma ndokoka?