Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Hitamwo ururimi Ikirundi

26 Ruheshi–2 Mukakaro

EZEKIYELI 6-10

26 Ruheshi–2 Mukakaro
  • Ururirimbo rwa 141 n’isengesho

  • Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Woba uzoshirwako ikimenyetso kizotuma urokoka?”: (Imin. 10)

    • Ezk 9:1, 2​—Ivyo Ezekiyeli yeretswe birafise ico bitwigisha (w16.06 16-17)

    • Ezk 9:3, 4​—Abakiriye neza ubutumwa tubashikiriza bazodomwako ikimenyetso kizotuma barokoka, mu gihe ca ya makuba akomeye

    • Ezk 9:5-7​—Yehova ntazojaniranya umugororotsi n’umubisha

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Ezk 7:19​—Uyu murongo udufasha gute kwitegurira kazoza? (w09 15/9 23 ing. 10)

    • Ezk 8:12​—Iki canditswe cerekana gute ko kubura ukwizera bishobora gutuma dukora ibitabereye? (w11 15/4 26 ing. 14)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?

    • Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Ezk 8:1-12

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) Ivy 4:11​—Niwigishe ukuri.

  • Usubiyeyo: (Imin. 4 canke idashika) Zb 11:5; 2Kr 7:1​—Niwigishe ukuri.

  • Inyigisho: (Imin. 6 canke idashika) bh 127 ing. 4-5​—Erekana ingene twoshikira umutima w’umutohoji.

UBUZIMA BW’UMUKIRISU