Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro  |  Ruheshi 2017

 UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | GUCURA INTIMBA 1-5

Kurindira Yehova biradufasha kwihangana

Kurindira Yehova biradufasha kwihangana

Ni ibiki vyafashije Yeremiya kurindira yihanganye naho yari mu mibabaro ikomeye?

3:20, 21, 24, 26, 27

  • Yari yizigiye ko Yehova ‘yokwunamye’ agashikira abasavyi biwe bigaya maze akabakura mu marushwa

  • Yari yarize “[kw]ikorera ingǒgo mu buto bwiwe.” Kwihanganira ibigerageza ukwizera kwacu tukiri bato biradufasha kwitegurira ingorane zodushikira mu nyuma

Nokwitegurira gute ibigeragezo bishobora kunshikira?

 

Nokwerekana gute ko ndindira nihanganye?