Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro  |  Ruheshi 2017

12-18 Ruheshi

GUCURA INTIMBA 1-5

12-18 Ruheshi
  • Ururirimbo rwa 128 n’isengesho

  • Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Kurindira Yehova biradufasha kwihangana”: (Imin. 10)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Int 2:17​—Ni ibiki Yehova “yavuze” vyarangukiye kuri Yeruzalemu? (w07 1/6 9 ing. 2)

    • Int 5:7​—Yehova yoba ahora abantu amakosa ya ba sekuruza? (w07 1/6 10 ing. 5)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?

    • Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Int 2:20–3:12

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) g17.3 rup. 3-7​—Cira inzira isubirayo.

  • Usubiyeyo: (Imin. 4 canke idashika) g17.3 rup. 3-7​—Cira inzira ikiyago kizokurikira.

  • Insiguro: (Imin. 6 canke idashika) w11 15/9 9-10 ing. 11-13​—Umutwe: Yehova ni we muturi wanje.

UBUZIMA BW’UMUKIRISU