Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

UBUZIMA BWACU N’IGIKORWA CACU—AGATABU K’IKORANIRO RUHESHI 2016

6-12 Ruheshi

ZABURI 34-37

6-12 Ruheshi
  • Ururirimbo rwa 95 n’isengesho

  • Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Niwizigire Yehova, ukore iciza”: (Imin. 10)

    • Zb 37:1, 2—Gumiza umutima ku gikorwa urangurira Yehova ntusamazwe n’uko abanyakibi basa n’abatunganiwe (w03 1/12 9-10 ing. 3-6)

    • Zb 37:3-6—Niwizigire Yehova, ukore iciza maze uhezagirwe (w03 1/12 10-12 ing. 7-15)

    • Zb 37:7-11—Rindira wihanganye igihe Yehova azokuraho abanyakibi (w03 1/12 13 ing. 16-20)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Zb 34:18—Yehova afata gute “ab’umutima umenetse” n’“abajanjaguritse mu mutima”? (w11 1/6 19)

    • Zb 34:20—Ubu buhanuzi bwarangukiye gute kuri Yezu? (w13 15/12 21 ing. 19)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi kinyigisha iki ku vyerekeye Yehova?

    • Ni ivyiyumviro ibihe vyo mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi nokoresha mu ndimiro?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Zb 35:19–36:12

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Tegura uburyo bwo gutanguza ibiyago muri uku kwezi: (Imin. 15) Guhana ijambo. Kuri buri buryo bwo gutanguza ibiyago, nimwerekane akavidewo bijanye muce muganira ku vyiyumviro nyamukuru. Nuremeshe abamamaji kwitegurira uburyo bwabo bwo gutanguza ibiyago.

UBUZIMA BW’UMUKIRISU