Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro  |  Ruheshi 2016

 UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | ZABURI 38-44

Yehova arashigikira abarwaye

Yehova arashigikira abarwaye

Abasavyi ba Yehova b’intahemuka barizigira ko azobashigikira mu ngorane zose

41:1-4

  • Dawidi yararwaye cane

  • Dawidi yaritwararitse abantu batoyi

  • Dawidi ntiyari yiteze ko Yehova amukiza ku gitangaro, mugabo yari yizigiye ko yomwiruye, akamushigikira akongera akamuha ubukerebutsi

  • Yehova yabona ko Dawidi ari umuntu w’intungane