Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

UBUZIMA BWACU N’IGIKORWA CACU—AGATABU K’IKORANIRO RUHESHI 2016

13-19 Ruheshi

ZABURI 38-44

13-19 Ruheshi
  • Ururirimbo rwa 4 n’isengesho

  • Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Yehova arashigikira abarwaye”: (Imin. 10)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Zb 39:1, 2—Tworinda gute iminwa yacu? (w09 15/5 4 ing. 5; w06 15/5 20 ing. 12)

    • Zb 41:9—Yezu yirabishijeko gute ivyashikiye Dawidi? (w11 15/8 13 ing. 5; w08 15/9 5 ing. 11)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi kinyigisha iki ku vyerekeye Yehova?

    • Ni ivyiyumviro ibihe vyo mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi nokoresha mu ndimiro?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Zb 42:6–43:5

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

UBUZIMA BW’UMUKIRISU