Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro  |  Ruheshi 2016

Ingene twotanguza ibiyago

Ingene twotanguza ibiyago

BE MASO!

Ivyo wovuga: Iki kinyamakuru Be maso! kirasigura ikintu gishimishije cane. [Numuhe ikinyamakuru.]

Ikibazo: Wari uzi ko Ivyabona vya Yehova basohora ibitabu mu ndimi zirenga 750?

Icanditswe: Ivy 14:6

BE MASO!

Ikibazo: Woba wibaza ko iyi mpanuro yofasha abubakanye igihe hari ingorane bakeneye kuganirako?

Icanditswe: Yak 1:19

Ivyo wovuga: [Niwerekane ikiganiro gitangurira ku rupapuro rwa 10.] Iki kiganiro kirerekana izindi mpanuro Bibiliya itanga ku bijanye n’ivyo.

UDUPAPURO TW’INKURU NZIZA

Ikibazo: Ehe raba iki kibazo. [Musomere ikibazo kiri ku ntango gifise inyishu zitandukanye.] Uvyibazako iki?

canditswe: [Mwereke icanditswe gitangura ku rupapuro rwa 2]

Ivyo wovuga: Aka gapapuro karasigura ico ibivugwa muri iki canditswe vyokumarira.

ANDIKA HANO UBURYO BWAWE

Ufatiye ku burorero bwatanzwe, niwitegurire uburyo bwawe bwo gutanguza ibiyago.