Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Hitamwo ururimi Ikirundi

28 Nzero–3 Ruhuhuma

IVYAKOZWE 27-28

28 Nzero–3 Ruhuhuma

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Paulo afata ubwato buja i Roma”: (Imin. 10)

    • Ivk 27:23, 24​—Umumarayika yabwiye Paulo ko abobaye bari kumwe na we mu bwato borokotse bose (bt 208 ing. 15)

    • Ivk 28:1, 2​—Ubwato barimwo bwasabiye i Malita (bt 209 ing. 18; 210 ing. 21)

    • Ivk 28:16, 17​—Paulo yashitse i Roma impundu amarembe (bt 213 ing. 10)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Ivk 27:9​—“Ukwisonzesha kw’umusi w’impongano” kwari nyabaki? (nwtsty amakuru adufasha kwiga)

    • Ivk 28:11​—Kuba iyi nkuru ivuga ivyerekeye igishusho cari ku mpanza y’ubwato vyerekana iki? (nwtsty amakuru adufasha kwiga)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?

    • Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Ivk 27:1-12 (th icigwa ca 5)

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

UBUZIMA BW’UMUKIRISU