Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro  |  Nzero 2018

 UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | MATAYO 4-5

Ivyigwa dukura muri ya Nsiguro ya Yezu yo ku Musozi

Ivyigwa dukura muri ya Nsiguro ya Yezu yo ku Musozi

5:3

Woba uzi ko ukeneye ivy’impwemu?

Imvugo ngo “abazi ko bakeneye ivy’impwemu,” ijambo ku rindi isobanura ngo “abasezi b’ivy’impwemu.” (Mt 5:3) Twerekana ko dushashaye gufashwa n’Imana . . .

  • mu gusoma Bibiliya ku musi ku musi

  • mu gutegura amakoraniro no mu kuyitaba

  • mu gusoma ibitabu vyacu, kandi uko akanya kabonetse tugasoma amayagwa ari kuri jw.org

  • mu kuraba ikiganiro ca buri kwezi kuri ya televiziyo yacu

Noryohora ibiki mu kuntu nigaburira mu vy’impwemu?