Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Hitamwo ururimi Ikirundi

29 Nzero–4 Ruhuhuma

MATAYO 10-11

29 Nzero–4 Ruhuhuma

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Yezu yararuhurira abandi”: (Imin. 10)

    • Mt 10:29, 30​—Kuba Yezu yaradukuye amazinda ko Yehova yitwararika cane umwe wese muri twebwe biraruhura (“utujuri,” “igiceri c’agaciro gatoya,” “n’imishatsi yo ku mutwe wanyu iraharuye yose” amakuru adufasha kwiga Mt 10:29, 30; “Akajuri” ishusho ijanye na Mt 10:29, 30, nwtsty)

    • Mt 11:28​—Gukorera Yehova biraruhura (“abaremerewe,” “ndabaruhurira” amakuru adufasha kwiga Mt 11:28, nwtsty)

    • Mt 11:29, 30​—Kuyobokera ubukuru n’ubuyobozi bwa Kristu biraruhura (“Mwishireko ingǒgo yanje” amakuru adufasha kwiga Mt 11:29, nwtsty)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Mt 11:2, 3​—Kubera iki Yohani Umubatizi yabajije ico kibazo? (jy 96 ing. 2-3)

    • Mt 11:16-19​—Dukwiye gutahura gute ibivugwa muri iyo mirongo? (jy 98 ing. 1-2)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?

    • Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Mt 11:1-19

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Usubiyeyo ubwa kabiri: (Imin. 3 canke idashika) Raba Ingene twotanguza ibiyago.

  • Usubiyeyo ubwa gatatu: (Imin. 3 canke idashika) Ihitiremwo icanditswe wokoresha n’ikibazo gicira inzira ikiyago kizokurikira.

  • Inyigisho: (Imin. 6 canke idashika) bhs 45-46 ing. 15-16​—Mutumire kw’ikoraniro.

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 87

  • Kuruhurira “abacumukura n’abaremerewe”: (Imin. 15) Nimurabe ako kavidewo. Nuce ubaza ibi bibazo:

    • Ni ibiki biheruka kuba vyatumye bamwebamwe bakenera kuruhurirwa?

    • Yehova na Yezu baruhuriye gute abantu biciye kw’ishirahamwe?

    • Ivyanditswe biruhurira abantu gute?

    • Umwe wese muri twebwe yoruhurira abandi gute?

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) jy ikig. 6, n’uruzitiro ‘Imisi yo kubatyorora ikwira

  • Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 138 n’isengesho