Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Hitamwo ururimi Ikirundi

 UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | MATAYO 1-3

‘Ubwami bwo mw’ijuru buregereje’

‘Ubwami bwo mw’ijuru buregereje’

3:4

  • Uravye ingene Yohani yambara n’ingene yaboneka vyaca vyigaragaza ko ari umuntu aciye bugufi, yihebeye igikorwa c’Imana gusa

  • Yohani yabona ko kuba integuza ya Yezu ari agateka karuta kure n’iyo ibindi bintu vyose yari yarakoze

Kworosha ubuzima biratuma dukora vyinshi mu gikorwa ca Yehova kandi bigatuma duhimbarwa vy’ukuri. Turashobora kworosha ubuzima . . .

  • mu kumenya ivyo dukeneye koko

  • mu kwirinda kugura ibidakenewe

  • mu kugira urutonde rw’amahera dukoresha

  • mu kwikurako ibintu tudakoresha

  • mu kuriha amadeni yose dufise

  • mu kugabanya umwanya w’akazi k’umubiri

Yohani yafungura inzige n’ubuki bwo mw’ishamba

Kworosha ubuzima bizotuma nshika ku mugambi uwuhe?