Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Hitamwo ururimi Ikirundi

1-​7 Nzero

MATAYO 1-3

1-​7 Nzero

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Ubwami bwo mw’ijuru buregereje”: (Imin. 10)

    • [Erekana akavidewo kavuga Incamake y’igitabu ca Matayo.]

    • Mt 3:1, 2​—Yohani Umubatizi yaramenyesheje ko uwobaye Umwami w’Ubwami bwo mw’ijuru yari yimirije gushika (“yamamaza,” “Ubwami,” “Ubwami bwo mw’ijuru,” “bwegereje” amakuru adufasha kwiga Mt 3:1, 2, nwtsty)

    • Mt 3:4​—Yohani Umubatizi yari umuntu aciye bugufi, yihebeye igikorwa c’Imana gusa (“Ingene Yohani Umubatizi yambara n’ingene yaboneka,” “Inzige,” “Ubuki bwo mw’ishamba” amashusho ajanye na Mt 3:4, nwtsty)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Mt 1:3​—Ni kubera iki mu rutonde rwa ba sekuruza ba Yezu ruri muri Matayo havugwamwo abagore batanu? (“Tamari” amakuru adufasha kwiga Mt 1:3, nwtsty)

    • Mt 3:11​—Twemezwa n’iki ko ibatisimu igirwa mu kwibiza mu mazi umuntu wese uko yakabaye? (“ndababatirisha” amakuru adufasha kwiga Mt 3:11, nwtsty)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?

    • Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Mt 1:1-17

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 72

  • Raporo y’umwaka w’umurimo: (Imin. 15) Insiguro itangwa n’umukurambere. Mumaze gusoma ikete rivuye ku biro vy’ishami rijanye na raporo y’umwaka w’umurimo, nubaze ibibazo abamamaji wacaguye imbere y’igihe bafise ivyabonywe bidasanzwe biboneye mu ndimiro mu mwaka uheze.

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) jy ikig. 2

  • Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 137 n’isengesho