Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Hitamwo ururimi Ikirundi

Ingene twotanguza ibiyago

Ingene twotanguza ibiyago

●○○ MUGIHURA

Ikibazo: Bibiliya yoba igihuje n’igihe tugezemwo?

Icanditswe: 2Tm 3:16

Ubukurikira: Bibiliya irimwo ubutumwa ubuhe?

○●○ USUBIYEYO UBWA MBERE

Ikibazo: Bibiliya irimwo ubutumwa ubuhe?

Icanditswe: Mt 6:10

Ubukurikira: Ni ibiki Ubwami bw’Imana buzokora?

○○● USUBIYEYO UBWA KABIRI

Ikibazo: Ni ibiki Ubwami bw’Imana buzokora?

Icanditswe: Dn 2:44

Ubukurikira: Wibaza ko bizotuma ibintu bimera gute kw’isi?