Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

UBUZIMA BWACU N’IGIKORWA CACU—AGATABU K’IKORANIRO NZERO 2017

16-22 Nzero

YESAYA 34-37

16-22 Nzero
  • Ururirimbo rwa 31 n’isengesho

  • Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Ukwizera kwa Hezekiya ntikwabaye ukw’ubusa”: (Imin. 10)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Yes 35:8—“Inzira y’Ubweranda” yari iyihe, kandi ni bande bari babereye kuyigenderamwo? (w08 15/5 26 ing. 4; 27 ing. 1)

    • Yes 36:2, 3, 22—Shebuna yerekanye gute akarorero keza mu bijanye no kwemera gutozwa indero? (w07 15/1 8 ing. 6)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi kinyigisha iki ku vyerekeye Yehova?

    • Ni ivyiyumviro ibihe vyo mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi nokoresha mu ndimiro?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Yes 36:1-12

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) Mt 24:3, 7, 14—Niwigishe ukuri—Nucire inzira isubirayo.

  • Usubiyeyo: (Imin. 4 canke idashika) 2Tm 3:1-5—Niwigishe ukuri—Musigire agakarata ka JW.ORG.

  • Inyigisho: (Imin. 6 canke idashika) bh 32 ing. 11-12—Mutumire ku makoraniro.

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 91

  • Ewe Yehova, . . . ni wewe nizigiye”: (Imin. 15) Ibibazo n’inyishu. Banza murabe agace k’ividewo ivuga ngo “Ewe Yehova, . . . ni wewe nizigiye.”

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) kr ikig. 7 ing. 1-9

  • Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 96 n’isengesho