Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro  |  Nzero 2017

 UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | YESAYA 29-33

“Umwami azoganza ku bw’ubugororotsi”

“Umwami azoganza ku bw’ubugororotsi”

Umwami Yezu araturonsa “abaganwa,” ari bo bakurambere, bitwararika ubusho

32:1-3

  • Nka kurya kw’“ubwihisho bw’ikirura c’imvura,” barakingira ubusho ibirura vy’uruhamo n’ugucika intege

  • Nka kurya kw’“imigezi y’amazi mu gihugu kigadutse,” baramara inyota abanyotewe mu vy’impwemu mu kubashikiriza ukuri gutyoroye, kutavanze

  • Nka kurya kw’“igitutu c’urutare ruremereye mu ntara irushe,” bararuhurira ubusho mu kubuha indemesho n’ubuyobozi bwo mu vyanditswe