Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

UBUZIMA BWACU N’IGIKORWA CACU—AGATABU K’IKORANIRO NZERO 2017

9-15 Nzero

YESAYA 29-33

9-15 Nzero
  • Ururirimbo rwa 123 n’isengesho

  • Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Umwami azoganza ku bw’ubugororotsi”: (Imin. 10)

    • Yes 32:1—Umwami azoganza ku bw’ubugororotsi ni Yezu Kristu (w14 15/2 6 ing. 13)

    • Yes 32:2—Umwami Yezu araturonsa abaganwa bitwararika ubusho (ip-1 332 ing. 7-8)

    • Yes 32:3, 4—Abasavyi ba Yehova barahabwa ubuyobozi n’ukumenyerezwa bibafasha kugaragaza ubugororotsi (ip-1 334-335 ing. 10-11)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Yes 30:21—Yehova ahana amakuru gute n’abasavyi biwe? (w14 15/8 21 ing. 2)

    • Yes 33:22—Yehova yabaye gute Umucamanza w’ihanga rya Isirayeli, uwurishingira amategeko n’Umwami waryo, kandi vyabaye ryari? (w14 15/10 14 ing. 4)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi kinyigisha iki ku vyerekeye Yehova?

    • Ni ivyiyumviro ibihe vyo mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi nokoresha mu ndimiro?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Yes 30:22-33

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) wp17.1 igipfukisho—Ingene wokwishura umuntu ashavuye.

  • Usubiyeyo: (Imin. 4 canke idashika) wp17.1 igipfukisho—Soma ivyanditswe ukoresheje akuma ngendanwa.

  • Inyigisho: (Imin. 6 canke idashika) lv 31 ing. 12-13—Erekana ingene twoshikira umutima w’umutohoji.

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 119

  • “Ubwikingo bw’umuyaga” (Yes 32:2): (Imin. 9) Erekana ako kavidewo.

  • Ntusamare mu makoraniro: (Imin. 6) Erekana akavidewo Ntusamare mu makoraniro. Nuce usaba abana wateguye imbere y’igihe baze ku mukiruruko, ubabaze uti: Ni ibiki vyotuma musamara mu makoraniro? Vyari kugenda gute iyo Nowa atumviriza neza igihe Yehova yamubwira ingene yokwubaka ubwato? Kubera iki bihambaye ko mwumviriza neza mu makoraniro?

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) kr ikig. 6 ing. 16-24, n’uruzitiro “Woba ubona ko Ubwami bw’Imana bubaho koko?

  • Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 40 n’isengesho