Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro  |  Nzero 2017

 UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | YESAYA 43-46

Ivyo Yehova avuga vyama biranguka

Ivyo Yehova avuga vyama biranguka
UKO VYIPANGA
Igisomwa
Ishusho

Imyaka nka 200 imbere y’uko Babiloni yigarurirwa, Yehova yaramenyesheje ido n’ido biciye kuri Yesaya ingene hofashwe.

44:27–45:2

  • Babiloni yokwigaruriwe na Kuro

  • Imiryango yaho igizwe n’inzugi zibirizibiri yogumye yuguruye

  • Uruzi Efurate rwafasha cane gukingira ico gisagara ‘rwokamye’