Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro  |  Nzero 2017

30 Nzero–5 Ruhuhuma

YESAYA 43-46

30 Nzero–5 Ruhuhuma
  • Ururirimbo rwa 33 n’isengesho

  • Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Ivyo Yehova avuga vyama biranguka”: (Imin. 10)

    • Yes 44:26-28—Yehova yavuze ko Yeruzalemu n’urusengero rwaho vyosubiye kwubakwa be n’uko Kuro ari we yokwigaruriye Babiloni (ip-2 71-72 ing. 22-23)

    • Yes 45:1, 2—Yehova yaravuze ido n’ido ukuntu Babiloni yokwigaruriwe (ip-2 77-78 ing. 4-6)

    • Yes 45:3-6—Yehova yaravuze igituma yakoresheje Kuro mu kwigarurira Babiloni (ip-2 79-80 ing. 8-10)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Yes 43:10-12—Ni mu buryo ki Abisirayeli bobaye ihanga ry’Ivyabona vya Yehova? (w14 15/11 21-22 ing. 14-16)

    • Yes 43:25—Imvo nyamukuru ituma Yehova ahanagura ibicumuro vyacu ni iyihe? (ip-2 60 ing. 24)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi kinyigisha iki ku vyerekeye Yehova?

    • Ni ivyiyumviro ibihe vyo mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi nokoresha mu ndimiro?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Yes 46:1-13

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) lc—Bwira inkuru nziza akaryo kizanye uwo mwigana canke mukorana.

  • Usubiyeyo: (Imin. 4 canke idashika) lc—Cira inzira ikiyago kizokurikira.

  • Inyigisho: (Imin. 6 canke idashika) jl icigwa ca 4

UBUZIMA BW’UMUKIRISU