Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

UBUZIMA BWACU N’IGIKORWA CACU—AGATABU K’IKORANIRO NZERO 2017

 UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | YESAYA 38-42

Yehova araha ububasha uwurushe

Yehova araha ububasha uwurushe

40:29-31

  • Inkona irashobora kumara amasaha iguruka ibikesheje inkingi z’umuyaga ushushe uduga mu kirere. Yubuye inkingi y’umuyaga ushushe, ica igenda irawuzungurukamwo, nya muyaga na wo ukaguma uyiduza. Igeze hejuru ku burebure kanaka, ica yarara ikinjira mu yindi nkingi y’umuyaga, gutyogutyo

  • Ukwo kuntu womengo inkona ntibiyigora kuguruka, kuratwibutsa ingene natwe dushobora kubandanya gukorera Imana tubikesheje inkomezi iduha