Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

UBUZIMA BWACU N’IGIKORWA CACU—AGATABU K’IKORANIRO NZERO 2016

 NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

Ingene twoyobora inyigisho dukoresheje agatabu Inkuru nziza

Ingene twoyobora inyigisho dukoresheje agatabu Inkuru nziza
  1. Nusome ikibazo kiriko inomero canditse mu ndome zizize kugira ufashe umunyamuhana kugumiza mu bwenge iciyumviro nyamukuru.

  2. Nusome ingingo iri munsi yaco.

  3. Nusome ivyanditswe biri mu ndome zihengamye wongere umubaze utubazo kugira ngo umufashe kubona ingene ivyo vyanditswe vyishura nya kibazo kiriko inomero.

  4. Nimba hari iyindi ngingo munsi ya nya kibazo, nubigenze nk’uko bivugwa ku ntambwe ya 2 n’iya 3. Niba kuri jw.org hariho ividewo ihuye n’ico kibazo, nucishemwo uyimwereke.

  5. Kugira wiyemeze neza ko uwo munyamuhana yatahuye ivyiyumviro nyamukuru, numusabe yishure nya kibazo.