Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

UBUZIMA BWACU N’IGIKORWA CACU—AGATABU K’IKORANIRO NZERO 2016

 UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | 2 NGOMA 29-32

Ugusenga kw’ukuri gusaba akigoro

Ugusenga kw’ukuri gusaba akigoro
UKO VYIPANGA
Ishusho
Igisomwa

Hezekiya arasubizaho ugusenga kw’ukuri abigiranye umwete

29:10-17

  • 746-716 M.K.

    Ingoma ya Hezekiya

  • NISANI

    • Umusi wa 1-8: Bahumanura urusengero

    • Umusi wa 9-16: Barangiza kweza urusengero

    • Abisirayeli bose batangirwa impongano, ugusenga kw’ukuri na kwo kugasubizwaho

  • 740 M.K.

    Samariya itemba

Hezekiya arasaba ab’umutima ugororotse bose guhurira hamwe ku bw’ugusenga

30:5, 6, 10-12

  • Abirutsi barajanye amakete mu gihugu cose yo kumenyesha Pasika, kuva i Beyeri-sheba gushika i Dani

  • Naho hari abavyakiriye nabi, benshi baritavye ako kamo