Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

UBUZIMA BWACU N’IGIKORWA CACU—AGATABU K’IKORANIRO NZERO 2016

 UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | EZIRA 1-5

Yehova arashitsa ivyo asezerana

Yehova arashitsa ivyo asezerana
UKO VYIPANGA
Igisomwa
Ishusho

Yehova yasezeranye gusubizaho ugusenga kw’ukuri ku rusengero rw’i Yeruzalemu. Ariko inyuma y’aho abari barajanywe mu bunyagano i Babiloni bagarukiye, basanze intambamyi ari nyinshi, muri izo hakaba harimwo itegeko ry’umwami ryababuza kwubaka. Benshi baratinye bibaza ko ico gikorwa kitazopfa kirangiye.

  1. Nko mu 537 M.K.

    Kuro yaratanze itegeko ryo gusubira kwubaka urusengero

  2. 3:3

    Ukwezi kugira indwi

    Igicaniro gishirwaho; ibimazi bitangwa

  3. 3:10, 11

    536 M.K.

    Hashingwa umushinge

  4. 4:23, 24

    522 M.K.

    Umwami Aritazeruzi yarahagaritse ubwubatsi

  5. 5:1, 2

    520 M.K.

    Zekariya na Hagayi bararemesheje abantu gusubira kwubaka

  6. 6:15

    515 M.K.

    Urusengero rwuzura