Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro  |  Nzero 2016

18-24 Nzero

EZIRA 1-5

18-24 Nzero
  • Ururirimbo rwa 85 n’isengesho

  • Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Yehova arashitsa ivyo asezerana”: (Imin. 10) [Nimwerekane ividewo ivuga ngo Incamake y’igitabu ca Ezira.]

    • Ezr 3:1-6—Ivyo Yehova avuga vyama biranguka (w06 15/1 19 ing. 2)

    • Ezr 5:1-7—Yehova arashobora kuyobora ibintu ku neza y’abasavyi biwe (w06 15/1 19 ing. 4)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Ezr 1:3-6—Kubera iki Abisirayeli batitanze ngo basubire i Yeruzalemu atari ngombwa ngo babe baragoyagoya mu kwizera? (w06 15/1 17 ing. 5; 19 ing. 1)

    • Ezr 4:1-3—Kubera iki Abisirayeli banse gufashwa? (w06 15/1 19 ing. 3)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi kinyigisha iki ku vyerekeye Yehova?

    • Ni ivyiyumviro ibihe vyo mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi nokoresha mu ndimiro?

  • Igisomwa ca Bibiliya: Ezr 3:10–4:7 (Imin. 4 canke idashika)

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) Umwamamaji nashikirize Umunara uriko uratangwa akoresheje ikiganiro ca nyuma. Nacire inzira isubirayo.

  • Usubiyeyo: (Imin. 4 canke idashika) Nihagirwe umwerekano aho umwamamaji asubira kugendera uwashimishijwe n’ikiganiro ca nyuma co mu Munara uriko uratangwa. Nacire inzira ikiyago kizokurikira.

  • Inyigisho: (Imin. 6 canke idashika) Nihagirwe umwerekano aho umwamamaji ayobora inyigisho. (bh 20 ing. 6-8)

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 40

  • “Ivyo bindi vyose na vyo muzovyongerwa”: (Imin. 5) Insiguro ishingiye kuri Matayo 6:33 na Luka 12:22-24. Nusabe abamamaji bavuge ivyo biboneye vyaberetse ko Yehova yashikije umuhango wiwe wo kubaronsa ivyo bakeneye mu vy’umubiri igihe bashira imbere ivy’Ubwami.

  • Ijambo ryawe ryoba ari “Ego yamara ari Oya”?: (Imin. 10) Guhanahana ijambo. (w14 15/3 30-32)

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: ia ikig. 7 ing. 1-14 (Imin. 30)

  • Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 41 n’isengesho