UKO VYIPANGA
Igisomwa
Ishusho

MANASE

Yehova yaramuretse Abashuri baramufata bamujana i Babiloni aboheshejwe amapingu

IMBERE Y’UKO AFATWA

  • Yarubakiye imana z’ikinyoma ibicaniro

  • Yaratanze abana biwe nk’ibimazi

  • Yarasheshe amaraso y’intungane

  • Yaratumye mu gihugu cose hakorwa ivy’ubupfumu

AMAZE KUREKURWA

  • Yaricishije bugufi rwose

  • Yarasenze Yehova arashikana n’ibimazi

  • Yarakuyeho ibicaniro vy’imana z’ikinyoma

  • Yarahimirije ihanga ryose gukorera Yehova

YOSIYA

KU NGOMA YIWE

  • Yararondeye Yehova

  • Yarahumanuye Yuda na Yeruzalemu

  • Yarasanuye inzu ya Yehova, aratora n’igitabu c’Itegeko