Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

UBUZIMA BWACU N’IGIKORWA CACU—AGATABU K’IKORANIRO NZERO 2016

11-17 Nzero

2 NGOMA 33-36

11-17 Nzero
  • Ururirimbo rwa 35 n’isengesho

  • Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Yehova araha agaciro ukwigaya nyakuri”: (Imin. 10)

    • 2Ng 33:2-9, 12-16—Kubera ko Manase yigaye vy’ukuri yarababariwe (w05 1/12 21 ing. 4)

    • 2Ng 34:18, 30, 33—Gusoma Bibiliya no kuzirikana ku vyo twasomye birashobora kutugirira akamaro cane (w05 1/12 21 ing. 9)

    • 2Ng 36:15-17—Ntidukwiye kuriramwo mbege imbabazi za Yehova n’ukwihangana kwiwe (w05 1/12 21 ing. 6)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • 2Ng 33:11—Ni ubuhanuzi ubuhe bwarangutse igihe Manase yatwarwa i Babiloni? (it-1 61 ing. 7; w06 1/12 rup. 9 ing. 4)

    • 2Ng 34:1-3—Akarorero ka Yosiya koturemesha gute? (w05 1/12 21 ing. 5)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi kinyigisha iki ku vyerekeye Yehova?

    • Ni ivyiyumviro ibihe vyo mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi nokoresha mu ndimiro?

  • Igisomwa ca Bibiliya: 2Ng 34:22-33 (Imin. 4 canke idashika)

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) Umwamamaji nashikirize Umunara w’Inderetsi uriko uratangwa yisunze ibiri ku gipfukisho. Nacire inzira isubirayo.

  • Usubiyeyo: (Imin. 4 canke idashika) Nihagirwe umwerekano aho umwamamaji asubira kugendera uwashimishijwe n’ikiganiro gihuye n’ibiri ku gipfukisho c’Umunara uriko uratangwa. Nacire inzira ikiyago kizokurikira.

  • Inyigisho: (Imin. 6 canke idashika) Nihagirwe umwerekano aho umwamamaji ayobora inyigisho. (bh 9-10 ing. 6-7)

UBUZIMA BW’UMUKIRISU