Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Hitamwo ururimi Ikirundi

 UBUZIMA BW’UMUKIRISU

Niwigane ukwicisha bugufi kwa Kristu n’ukwifata ruto kwiwe

Niwigane ukwicisha bugufi kwa Kristu n’ukwifata ruto kwiwe

Naho Yezu yari ahambaye kuruta ababayeho bose, yaraninahaje Yehova gutyo aba yerekanye ko yicisha bugufi kandi ko yifata ruto. (Yoh 7:16-18) Ariko Shetani wewe yacitse Umubesheranyi, bisobanura ngo “uwambika ibara abandi.” (Yoh 8:44) Abafarizayo na bo nyene baragaragaje agatima ka Shetani, kuko basuzugura n’akagaye n’akantu uwubahuka kwizera Mesiya. (Yoh 7:45-49) None twokwigana gute Yezu igihe dutewe agateka canke dushinzwe amabanga mw’ishengero?

EREKANA IVIDEWO ‘NIMUGIRIRANIRE URUKUNDO HAGATI YANYU’​—NIWIRINDE ISHARI N’UKWIYEMERA, IGICE CA 1, MUCE MWISHURA IKI KIBAZO:

  • Alex yerekanye gute ubwibone?

EREKANA IVIDEWO ‘NIMUGIRIRANIRE URUKUNDO HAGATI YANYU’​—NIWIRINDE ISHARI N’UKWIYEMERA, IGICE CA 2, MUCE MWISHURA IBI BIBAZO:

  • Alex yerekanye gute ukwicisha bugufi?

    Alex yaremesheje gute Bill na Carl?

EREKANA IVIDEWO ‘NIMUGIRIRANIRE URUKUNDO HAGATI YANYU’​—NIWIRINDE UBWIBONE NO KWIGENZA UKUTABEREYE, IGICE CA 1, MUCE MWISHURA IKI KIBAZO:

  • Umuvukanyi Toma yananiwe gute kugaragaza ukwifata ruto?

EREKANA IVIDEWO ‘NIMUGIRIRANIRE URUKUNDO HAGATI YANYU’​—NIWIRINDE UBWIBONE NO KWIGENZA UKUTABEREYE, IGICE CA 2, MUCE MWISHURA IBI BIBAZO:

  • Umuvukanyi Toma yagaragaje gute ukwifata ruto?

    Akarorero k’umuvukanyi Toma kigishije iki Lazare?