Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Hitamwo ururimi Ikirundi

24-​30 Nyakanga

YOHANI 7-8

24-​30 Nyakanga

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Yezu yaraninahaje Se wiwe”: (Imin. 10)

    • Yoh 7:15-18​—Igihe Yezu yaba ashimagijwe kubera inyigisho ziwe, icubahiro yacerekeza kuri Yehova (cf 100-101 ing. 5-6)

    • Yoh 7:28, 29​—Yezu yavuze ko yarungitswe n’Imana, ivyo bikaba vyerekana ko yayobokera Yehova

    • Yoh 8:29​—Yezu yabwiye abamwumviriza ko yamye akora ibihimbara Yehova (w11 15/3 11 ing. 19)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Yoh 7:8-10​—Yezu yoba yarahenze benewabo batizera? (w07 1/2 6 ing. 4)

    • Yoh 8:58​—Kubera iki muri uyu murongo agace ka nyuma kahinduwe ngo “jewe nariho” aho kuvuga ngo “jewe ndiho,” kandi kubera iki ivyo biri n’ico bivuze? (nwtsty amakuru adufasha kwiga)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?

    • Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Yoh 8:31-47

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Usubiyeyo ubwa kabiri: (Imin. 3 canke idashika) Hera ku gace bijanye k’ingene twotanguza ibiyago. Mutumire kw’ikoraniro.

  • Usubiyeyo ubwa gatatu: (Imin. 3 canke idashika) Ihitiremwo icanditswe wokoresha, uce ushikiriza kimwe mu bitabu tuyoboramwo inyigisho.

  • Inyigisho: (Imin. 6 canke idashika) lvs 9-10 ing. 10-11

UBUZIMA BW’UMUKIRISU