Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Hitamwo ururimi Ikirundi

Ingene twotanguza ibiyago

Ingene twotanguza ibiyago

●○○ MUGIHURA

Ikibazo: Imana ibona gute abayirondera ata buryarya?

Icanditswe: 1Pt 5:6, 7

Ubukurikira: Imana yitaho umwe wese muri twebwe ku rugero rungana gute?

○●○ USUBIYEYO UBWA MBERE

Ikibazo: Imana yitaho umwe wese muri twebwe ku rugero rungana gute?

Icanditswe: Mt 10:29-31

Ubukurikira: Twemezwa n’iki ko Imana idutahura?

○○● USUBIYEYO UBWA KABIRI

Ikibazo: Twemezwa n’iki ko Imana idutahura?

Icanditswe: Zb 139:1, 2, 4

Ubukurikira: Kuba Imana itwitwararika tuvyungukirako gute?