Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro  |  Nyakanga 2017

 UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | EZEKIYELI 42-45

Ugusenga kw’ukuri kugarukanwa

Ugusenga kw’ukuri kugarukanwa

Urusengero Ezekiyeli yeretswe rwarafashije Abayuda b’abizigirwa bari mu bunyagano kubona ko ugusenga kw’ukuri kwogarukanywe. Rwaranabibukije ko ivyo Yehova adusaba mu gusenga kw’ukuri biri ku rwego rwo hejuru.

Abaherezi bokwigishije abanyagihugu amategeko ya Yehova

44:23

Tanga uburorero bwerekana ingene umushumba w’umwizigirwa kandi w’ubwenge yatwigishije itandukaniro riri hagati y’icanduye n’ikitanduye. (kr 110-117)

Abanyagihugu boshigikiye ababaja imbere

45:16

Twokwerekana gute ko dushigikira abakurambere mw’ishengero?