Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro  |  Nyakanga 2017

4-​10 Nyakanga

EZEKIYELI 42-45

4-​10 Nyakanga

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Ugusenga kw’ukuri kugarukanwa”: (Imin. 10)

    • Ezk 43:10-12​—Ivyo Ezekiyeli yeretswe bijanye n’urusengero vyari bifise intumbero yo gufasha Abayuda bari mu bunyagano kwigaya no kubasubiriza umutima mu nda ko ugusenga kw’ukuri kwosubiye mu kibanza cakwo co hejuru (w99 1/3 18 ing. 3; it-2 1052 ing. 8)

    • Ezk 44:23​—Abaherezi bokwigishije abanyagihugu “itandukaniro riri hagati y’icanduye n’ikitanduye”

    • Ezk 45:16​—Abanyagihugu boshigikiye abo Yehova yagenye ngo babaje imbere (w99 1/3 19 ing. 10)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Ezk 43:8, 9​—Abisirayeli bahumanije gute izina ry’Imana? (it-2 412 ing. 8)

    • Ezk 45:9, 10​—Ni ibiki Yehova yamye asaba abipfuza gutoneshwa na we? (it-2 87)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?

    • Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Ezk 44:1-9

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Tegura uburyo bwo gutanguza ibiyago muri uku kwezi: (Imin. 15) Guhana ijambo ku gice kivuga ngo “Ingene twotanguza ibiyago.” Kuri buri buryo, nimwerekane akavidewo bijanye muce muganira ku vyiyumviro nyamukuru.

UBUZIMA BW’UMUKIRISU