Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro  |  Nyakanga 2017

25 Nyakanga–1 Gitugutu

DANIYELI 4-6

25 Nyakanga–1 Gitugutu

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Woba wamizako mu gukorera Yehova?”: (Imin. 10)

    • Dn 6:7-10​—Daniyeli yarabandanije gukorera Yehova naho yashobora kuhasiga agatwe (w10 15/11 6 ing. 16; w06 1/11 24 ing. 12)

    • Dn 6:16, 20​—Umwami Dariyo yarabonye ko Daniyeli yari acuditse na Yehova (w03 15/9 15 ing. 2)

    • Dn 6:22, 23​—Yehova yarahezagiye Daniyeli kubera yamukorera adahengeshanya (w10 15/2 18 ing. 15)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Dn 4:10, 11, 20-22​—Igiti amahero Nebukadinezari yabonye mu ndoto cagereranya iki? (w07 1/9 18 ing. 5)

    • Dn 5:17, 29​—Kubera iki Daniyeli yabanje kwanka ingabire z’Umwami Belushazari ariko mu nyuma akazemera? (w88 1/10 30 ing. 3-5; dp 109 ing. 22)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?

    • Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Dn 4:29-37

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) inv

  • Usubiyeyo: (Imin. 4 canke idashika) inv​—Ubwo butumire ni bwo waheruka gutanga. Gira isubirayo.

  • Inyigisho: (Imin. 6 canke idashika) bh 120 ing. 16​—Muremeshe gushikama naho incuti yiwe yomurwanya.

UBUZIMA BW’UMUKIRISU