Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro  |  Nyakanga 2017

 UBUZIMA BW’UMUKIRISU

Ntuhemuke igihe ugeragejwe

Ntuhemuke igihe ugeragejwe

Raba videwo ivuga ngo Nube intahemuka nka Yezu​—Igihe uri mu bigeragezo, uce wishura ibi bibazo:

  • Serge yageragejwe gute?

  • Ni igiki cafashije Serge kudahemuka?

  • Kuba atahemutse vyaninahaje gute Yehova?