Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro  |  Nyakanga 2017

 UBUZIMA BW’UMUKIRISU

Ntuhemuke igihe incuti yawe iciwe

Ntuhemuke igihe incuti yawe iciwe

Raba videwo ivuga ngo Nushigikire imanza za Yehova udahemuka​—Niwirinde kwifatanya n’abacumuzi batigaya, uce wishura ibi bibazo:

  • Ukudahemuka kw’abavyeyi ba Solanje kwageragejwe gute?

  • Ni ibiki vyabafashije kuguma ari intahemuka?

  • Kuba bagumye ari intahemuka, vyafashije gute Solanje?