Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro  |  Nyakanga 2017

 UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | DANIYELI 1-3

Kudahemukira Yehova bituma duhezagirwa

Kudahemukira Yehova bituma duhezagirwa

Inkuru ya ba Baheburayo batatu iraduha inguvu zo kuguma ku mwiyemezo wo kudahemukira Yehova

3:16-20, 26-29

Twisunze ibi vyanditswe, twokwerekana gute ko turi intahemuka kuri Yehova?