Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro  |  Nyakanga 2017

18-​24 Nyakanga

DANIYELI 1-3

18-​24 Nyakanga

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Kudahemukira Yehova bituma duhezagirwa”: (Imin. 10)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Dn 1:5, 8​—Kubera iki Daniyeli na bagenziwe batatu babonye ko kurya ku binovereye vy’umwami vyobahumanije? (it-2 267)

    • Dn 2:44​—Kubera iki Ubwami bw’Imana buzojanjagura intwaro z’isi zigereranywa na ca gishusho? (w12 15/6 17, uruzitiro; w01 1/11 5 ing. 3)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?

    • Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Dn 2:31-43

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) Yes 40:22​—Niwigishe ukuri​—Cira inzira isubirayo.

  • Usubiyeyo: (Imin. 4 canke idashika) Rm 15:4​—Niwigishe ukuri​—Musigire agakarata ka JW.ORG.

  • Insiguro: (Imin. 6 canke idashika) w17.02 29-30​—Umutwe: Yehova yoba asuzuma imbere y’igihe ivyo dushobora kwihanganira, agaca ahitamwo ibigeragezo bizodushikira?

UBUZIMA BW’UMUKIRISU