Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro  |  Nyakanga 2017

 UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | EZEKIYELI 46-48

Imihezagiro Abisirayeli boronse bagarukanywe

Imihezagiro Abisirayeli boronse bagarukanywe

Urusengero Ezekiyeli yeretswe rwarakomeje Abisirayeli bari mu bunyagano, ruranemeza ko ugusenga kw’ukuri kwogarukanywe nk’uko abahanuzi bari barabivuze. Abisirayeli bohezagiwe kandi bagashira imbere ugusenga kw’ukuri.

Iryo yerekwa ryerekana ko ibintu vyotunganijwe neza, hakaba ugusenyera ku mugozi umwe n’umutekano

47:7-14

  • Igihugu cokwimbutse, kigasagamba

  • Umuryango wose woronse intoranwa

Imbere y’uko bagabangana ico gihugu, bobanje guha Yehova igice kidasanzwe c’ubutaka nk’“intererano”

48:9, 10

Nokwerekana gute ko gusenga Yehova biza imbere mu buzima bwanje? (w06 15/4 27-28 ing. 13-14)