Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro  |  Nyakanga 2017

11-​17 Nyakanga

EZEKIYELI 46-48

11-​17 Nyakanga

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Imihezagiro Abisirayeli boronse bagarukanywe”: (Imin. 10)

    • Ezk 47:1, 7-12​—Igihugu cokwimbutse (w99 1/3 19 ing. 11-12)

    • Ezk 47:13, 14​—Umuryango wose woronse intoranwa (w99 1/3 19 ing. 10)

    • Ezk 48:9, 10​—Imbere y’uko bagabangana ico gihugu, bobanje guha Yehova igice kidasanzwe c’ubutaka nk’“intererano”

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Ezk 47:1, 8; 48:30, 32-34​—Kubera iki Abayuda bari mu bunyagano batari bakwiye kwitega ko ivy’urusengero Ezekiyeli yeretswe biranguka vyose ijambo ku rindi? (w99 1/3 20 ing. 14)

    • Ezk 47:6​—Kubera iki Ezekiyeli yitwa “umwana w’umuntu”? (it-1 903)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?

    • Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Ezk 48:13-22

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) wp17.5 rup. 3-8​—Cira inzira isubirayo.

  • Usubiyeyo: (Imin. 4 canke idashika) wp17.5​—Ico kinyamakuru ni co waheruka gutanga. Gira isubirayo uce umwereka kimwe mu bitabu dukoresha mu kwigisha Bibiliya.

  • Inyigisho: (Imin. 6 canke idashika) bh 34 ing. 17​—Mutumire kw’ikoraniro.

UBUZIMA BW’UMUKIRISU