Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Bariko baratumira abantu ku makoraniro mu mazinga ya Cook

UBUZIMA BWACU N’IGIKORWA CACU—AGATABU K’IKORANIRO Nyakanga 2017

Ingene twotanguza ibiyago

Ingene twotanguza ibiyago dukoresheje ikinyamakuru Umunara w’Inderetsi n’ingene twokwigisha ukuri kwerekeye Bibiliya n’ubuhinga bwa siyansi. Ufatiye ku vyiyumviro vyatanzwe niwitegurire uburyo bwawe.

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Ugusenga kw’ukuri kugarukanwa

Urusengero Ezekiyeli yeretswe rwarafashije Abayuda b’abizigirwa bari mu bunyagano i Babiloni kubona ko ugusenga kw’ukuri kwogarukanywe.

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

Kubera iki uha agaciro ugusenga kw’ukuri?

Ugusenga kw’ukuri kwarashimangiwe. Woba uhora uzirikana kw’iteka watewe ryo kumenya Yehova Imana no kumukorera?

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Imihezagiro Abisirayeli boronse bagarukanywe

Urusengero Ezekiyeli yeretswe rwarerekanye ko ugusenga kw’ukuri kwogarukanywe, kandi kwotumye ibintu bitunganywa neza, hakaba ugusenyera ku mugozi umwe n’umutekano.

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Kudahemukira Yehova bituma duhezagirwa

Inkuru ya ba Baheburayo batatu iraduha inguvu zo kuguma ku mwiyemezo wo kudahemukira Yehova Imana.

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

Ntuhemuke igihe ugeragejwe

Igihe Yezu Kristu yageragezwa ntiyahemukiye Imana. Abantu badatunganye boba na bo nyene bashobora kuguma ari intahemuka igihe bageragejwe ngo bahemukire Imana?

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

Ntuhemuke igihe incuti yawe iciwe

Igihe incuti iciwe, ukudahemukira Yehova kwacu kurageragezwa. Ni igiki codufasha kuguma turi intahemuka?

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Woba wamizako mu gukorera Yehova?

Daniyeli yamizako mu gukorera Imana. Ntiyareka ngo hagire ikintu na kimwe kimubuza kwumira ku rutonde rwiwe rwo mu vy’impwemu.

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

Bamenyereze kwamizako mu gukorera Yehova

Menyereza abamamaji bashasha kuva mu ntango kwamamaza n’umwete kandi badasibiriza. Fasha inyigisho yawe ibe umwamamaji abishoboye.