Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro  |  Nyakanga 2016

19-25 Nyakanga

ZABURI 135-141

19-25 Nyakanga
  • Ururirimbo rwa 59 n’isengesho

  • Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Turemwe mu buryo bw’agatangaza”: (Imin. 10)

    • Zb 139:14—Kuzirikana ku vyo Yehova yaremye biratuma turushiriza kumukengurukira (w07 15/6 21 ing. 1-4)

    • Zb 139:15, 16—Utugingo ngengabuzima na ngengakamere tw’umubiri wacu birerekana ububasha bwa Yehova n’ubwenge bwiwe (w07 15/6 22-23 ing. 7-11)

    • Zb 139:17, 18—Abantu bafise ubushobozi bisangije bwo kuvuga no kwiyumvira (w07 15/6 23 ing. 12-13; w06 1/9 16 ing. 8)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Zb 136:15—Iki canditswe kidufasha kumenya iki ku bijanye n’inkuru yo muri Kuvayo? (it-1-F 849 ing. 6)

    • Zb 141:5—Ni icigwa ikihe dukura mu majambo y’Umwami Dawidi? (w15 15/4 30 ing. 9)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi kinyigisha iki ku vyerekeye Yehova?

    • Ni ivyiyumviro ibihe vyo mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi nokoresha mu ndimiro?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Zb 139:1-24

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) wp16.5 16

  • Usubiyeyo: (Imin. 4 canke idashika) wp16.5 16—Mutumire kw’ikoraniro.

  • Inyigisho: (Imin. 6 canke idashika) fg icigwa 8 ing. 8—Mufashe kubona ingene yobishira mu ngiro.

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 57

  • Imitego wokwirinda igihe uyobora inyigisho”: (Imin. 15) Mumaze guca irya n’ino ico kiganiro, nimurabe mwongere muganire ku kavidewo k’ibice bibiri kerekana ivyo twokora n’ivyo tutokora igihe twigisha. Gashingiye ku gitabu Ivyo Bibiliya yigisha rup. 29, ing. 7. Abamamaji bakwiye gukurikira mu bitabu vyabo. Niwibutse abahabwa ibiganiro vy’abanyeshure ko birinze iyo mitego bazosanga kenshi bakoresheje umwanya uri munsi y’uwo bahabwa.

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) kr Ikete rivuye ku Nama Nyobozi n’ikig. 1 ing. 1-10

  • Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 30 n’isengesho