Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Hitamwo ururimi Ikirundi

 UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | 1 ABAKORINTO 4-6

“Akambiro gakeyi kambira irobe ryose”

“Akambiro gakeyi kambira irobe ryose”

5:1, 2, 5-11, 13

Twovuga gute ko guca umucumuzi mw’ishengero ari intunganyo iranga urukundo, uzi n’ingene bitera umubabaro mwinshi?

Guca umucumuzi mw’ishengero birerekana ko dukunda . . .

  • Yehova kuko bituma izina ryiwe ryeranda ritandura.​—1Pt 1:15, 16

  • ishengero kuko birikingira akosho kabi.​—1Kr 5:6

  • uwacumuye kuko bimufasha kwikubita agashi.​—Heb 12:11

Woshigikira gute imiryango irimwo uwaciwe?