Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro  |  Ntwarante 2017

 UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | YEREMIYA 8-11

Abantu ntibashobora kuroranirwa batayobowe na Yehova

Abantu ntibashobora kuroranirwa batayobowe na Yehova

Abantu nta bushobozi canke uburenganzira bafise bwo kwiyobora

10:21-23

  • Abisirayeli barashwiragiye kubera ko abungere babo batahanuza Yehova

  • Abemeye Yehova akabayobora barironkeye amahoro, agahimbare, baratunga baratunganirwa