Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

UBUZIMA BWACU N’IGIKORWA CACU—AGATABU K’IKORANIRO NTWARANTE 2016

7-13 Ntwarante

ESITERI 6-10

7-13 Ntwarante
  • Ururirimbo rwa 131 n’isengesho

  • Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Esiteri yarakoreye Yehova n’abantu biwe ata bwikunzi”: (Imin. 10)

    • Est 8:3, 4—Naho Esiteri yari ahatagira inkomanzi, yarashize ubuzima bwiwe mu kaga kugira arokore abandi (ia 142 ing. 24-25)

    • Est 8:5—Esiteri yakoranye ubugenge imbere ya Ahasuwerusi (w06 1/3 11 ing. 8)

    • Est 8:17—Abantu benshi barinjiye idini ry’Abayuda (w06 1/3 11 ing. 3)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Est 8:1, 2—Igihe Yakobo yari ku mpfiro yavuze ko Benyamini ‘yogabuye isahu ku mugoroba.’ Ivyo vyarangutse gute? (ia 142, uruzitiro)

    • Est 9:10, 15, 16—Naho itegeko ryari ryatanzwe ryabarekurira gusahura, ni kubera iki Abayuda birinze gukora ico kintu? (w06 1/3 11 ing. 4)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi kinyigisha iki ku vyerekeye Yehova

    • Ni ivyiyumviro ibihe vyo mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi nokoresha mu ndimiro?

  • Igisomwa ca Bibiliya: Est 8:1-9 (Imin. 4 canke idashika)

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 118

  • Duhe ikaze abashitsi”: (Imin. 15) Guhana ijambo. Nusabe abamamaji bavuge ibintu vyiza biboneye kubera ko bibwirije bagaha ikaze abashitsi bari bitavye Icibutso giheruka. Nimugire agakino gasubiramwo ivyabaye bishimishije.

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: ia ikig. 10 ing. 12-21, n’isubiramwo ry’ikigabane (Imin. 30)

  • Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 147 n’isengesho