Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

UBUZIMA BWACU N’IGIKORWA CACU—AGATABU K’IKORANIRO NTWARANTE 2016

28 Ntwarante–3 Ndamukiza

YOBU 11-15

28 Ntwarante–3 Ndamukiza
  • Ururirimbo rwa 111 n’isengesho

  • Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Yobu yarizigira izuka”: (Imin. 10)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Yb 12:12—Kubera iki abakirisu bitereye mu myaka bashoboye gufasha abakiri bato? (w14 15/1 23 ing. 6-7)

    • Yb 15:14-16—Elifazi yashaka kuvuga iki muri iyi mirongo, mugabo ukuntu yabona ibintu gutandukanye gute n’ukuntu Yehova abibona? (w10 15/2 20 ing. 1-2)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi kinyigisha iki ku vyerekeye Yehova?

    • Ni ivyiyumviro ibihe vyo mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi nokoresha mu ndimiro?

  • Igisomwa ca Bibiliya: Yb 14:1-22 (Imin. 4 canke idashika)

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 134

  • Ibikenewe iwanyu: (Imin. 5)

  • Incungu yaratumye izuka rishoboka”: (Imin. 10) Guhana ijambo. Nimusozere mu kwerekana ividewo yerekanywe kw’ihwaniro ryo mu 2014 ryavuga ngo “Gume mubanza kurondera Ubwami bw’Imana!”

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: ia ikig. 12 ing. 1-12 (Imin. 30)

  • Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 33 n’isengesho